Intahe zivuye no ku mpera z'isi(Témoignages du monde entier)

KIR: Cukumbura ivy'inkuru zijanye n'ukwizera hamwe n'ihinduka ry'imishaha ziva kw'isi yose. Intego yacu niyo gukora na cane cane ku runganwe rukiri ruto , mu gusangira ibishingantahe bizima vyubakiye ku kubaho kwa Kristo mu buzima bwa minsi yose.

 

FR: Découvrez des histoires de foi et de transformation venant des quatre coins du monde. Notre objectif est d'atteindre une population jeune et jeune adulte, en partageant des expériences authentiques de la présence du Christ dans la vie quotidienne. Ces témoignages sont une source d'espoir et d'encouragement pour tous ceux qui cherchent un sens à leur vie.

Évaluation: 3 étoiles
2 votes

Sabikanya ,Ushigikire ugire n'ic'Ubivuzeko! (Partagez, aimez, réagissez!)

KIR: Tubahamagarira gushigikira runo rubuga ngurukanabumenyi mu gusangiza abandi intahe zirucako , mu kubatumirira kurukurikirana hamwe no kugira ico muvuze kubiba vyaruciyeko. Agacumu ku bumwe muduterera ni ko gafasha mu gukwiragiza izi ntahe no gukora ku mishaha ya benshi.

FR: Nous vous invitons à aimer, partager et commenter nos publications. Votre interaction est essentielle pour étendre la portée de ces témoignages et inspirer davantage de personnes.

Amasanamu, Amareresi , Amajwi n'Imirongo dukura muri Bibiliya (Photos, vidéos, audio et citations bibliques)

KIR: Ijandajandire  mu bubiko bwacu bw'amasanamu, amareresi n'imirongo ya bibiliya. Tukizera ko ivyo biri mu bikoreshwa  bigamije kugarura akanyamuneza ku mishaha inyotewe kubona Kristo mu gikorwa ciWe, mw'ishengero ryiWe.

FR: Explorez notre collection de témoignages sous différentes formes : photos, vidéos, audio et citations bibliques. Espérons vous partager des outils  contribuant à donner la joie aux âmes assoiffées de voir  Christ à l'œuvre,  dans son Eglise.

Hebeux 138 Zip
Archive – 4,9 MB 11 téléchargements