Ukeneye ubufasha bwo kwandika intahe yawe?(Aide à la rédaction de votre témoignage?)

KIR : Nkuko ubgina buhishura ubundi ,nimba mu mutima wawe hadudubizamwo icipfuzo co gusangira natwe intahe yawe , kora aho munsi(iyo nzira ngurukana bumenyi mu majambo atukura) turabigufashamwo.

FR :Comme la profondeur appelle la profondeur, si au fond de ton cœur brule un désir ardent de partager avec nous ton témoignage, cliques sur le lien en bas pour qu'on t'aide dans la rédaction de celui-ci.